Zaburi 10:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Haguruka+, Yehova we! Ewe Mana, duza ukuboko kwawe+.Ntiwibagire abarushwa+. Mika 5:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ukuboko kwawe kuzoba hejuru cane y’abarwanizi bawe+, kandi abansi bawe bose bazorandurwa+.”