Ivyakozwe 5:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 None rero, muri ibi bintu, ndabibabwiye: Ntimwisuke mu vy’aba bantu, ahubwo nimubareke (kuko nimba uyu mugambi canke iki gikorwa ari ibiva ku bantu, bizosenyuka+; Ivyakozwe 5:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 mugabo nimba ari ibiva ku Mana+, ntimuzoshobora kubisenyura+); ahandiho, hari aho mwosanga muriko vy’ukuri murwanya Imana+.”
38 None rero, muri ibi bintu, ndabibabwiye: Ntimwisuke mu vy’aba bantu, ahubwo nimubareke (kuko nimba uyu mugambi canke iki gikorwa ari ibiva ku bantu, bizosenyuka+;
39 mugabo nimba ari ibiva ku Mana+, ntimuzoshobora kubisenyura+); ahandiho, hari aho mwosanga muriko vy’ukuri murwanya Imana+.”