Itanguriro 3:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Uzorya umukate* ubize icuya mu maso gushika usubire mu butaka, kubera ari bwo wakuwemwo+. Kuko uri umukungugu, kandi umukungugu ni wo uzosubiramwo+.” Daniyeli 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi benshi mu basinziriye mu butaka bazokwikangura+, bamwe bikangurire ubuzima bw’igihe kitagira urugero+, abandi na bo bikangurire umugayo n’ukuzinukwa kw’igihe kitagira urugero+.
19 Uzorya umukate* ubize icuya mu maso gushika usubire mu butaka, kubera ari bwo wakuwemwo+. Kuko uri umukungugu, kandi umukungugu ni wo uzosubiramwo+.”
2 Kandi benshi mu basinziriye mu butaka bazokwikangura+, bamwe bikangurire ubuzima bw’igihe kitagira urugero+, abandi na bo bikangurire umugayo n’ukuzinukwa kw’igihe kitagira urugero+.