Ivyahishuwe 20:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Maze ikiyaga kirekura abapfuye bo muri co, urupfu n’ukuzimu na vyo birekura abapfuye+ bo muri vyo, bacirwa imanza umwumwe nk’uko ibikorwa vyabo biri+.
13 Maze ikiyaga kirekura abapfuye bo muri co, urupfu n’ukuzimu na vyo birekura abapfuye+ bo muri vyo, bacirwa imanza umwumwe nk’uko ibikorwa vyabo biri+.