Ezekiyeli 39:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 “Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ubu ni ho nzogarukana imbohe za Yakobo+ kandi nkagirira vy’ukuri imbabazi inzu ya Isirayeli yose+; kandi nzorwanira ubweranda bw’izina ryanje*+.
25 “Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ubu ni ho nzogarukana imbohe za Yakobo+ kandi nkagirira vy’ukuri imbabazi inzu ya Isirayeli yose+; kandi nzorwanira ubweranda bw’izina ryanje*+.