-
Ivyahishuwe 6:13Bibiliya y’isi nshasha
-
-
13 inyenyeri zo kw’ijuru na zo zikoragurikira kw’isi, nk’igihe igiti c’umusukoni kinyiganyijwe n’umuyaga ukomeye gitibagura insukoni z’ibiturumbwe.
-