Yesaya 24:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ni co gituma mu karere k’umuco+ bategerezwa kuninahaza Yehova+, mu mazinga y’ikiyaga baninahaze izina rya Yehova+, Imana ya Isirayeli. Yesaya 24:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ukwezi kw’igisyo kwariye ivyatsi, na rya zuba rirurumba ryamaramaye+, kuko Yehova nyen’ingabo acitse umwami+ ku musozi Siyoni+ n’i Yeruzalemu n’imbere y’abantu biwe b’abahumure, mu buninahazwa+. Yesaya 62:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Uzocika koko urugori rw’ubwiza mu kuboko kwa Yehova+, n’igitambara co mu mutwe c’ubwami mu kiganza c’Imana yawe.
15 Ni co gituma mu karere k’umuco+ bategerezwa kuninahaza Yehova+, mu mazinga y’ikiyaga baninahaze izina rya Yehova+, Imana ya Isirayeli.
23 Ukwezi kw’igisyo kwariye ivyatsi, na rya zuba rirurumba ryamaramaye+, kuko Yehova nyen’ingabo acitse umwami+ ku musozi Siyoni+ n’i Yeruzalemu n’imbere y’abantu biwe b’abahumure, mu buninahazwa+.
3 Uzocika koko urugori rw’ubwiza mu kuboko kwa Yehova+, n’igitambara co mu mutwe c’ubwami mu kiganza c’Imana yawe.