Zaburi 18:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Yigisha ibiganza vyanje intambara+,Kandi amaboko yanje yagonze umuheto w’umujumpu+. Zaburi 68:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Imana irateye ubwoba ivuye aheranda hawe hahambaye+.Ni yo Mana ya Isirayeli, imwe iha abantu inkomezi, mbere n’ubushobozi+.Imana nihezagirwe+. Abafilipi 4:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Muri vyose, ndonka inkomezi ndabikesheje umwe ampa ububasha+.
35 Imana irateye ubwoba ivuye aheranda hawe hahambaye+.Ni yo Mana ya Isirayeli, imwe iha abantu inkomezi, mbere n’ubushobozi+.Imana nihezagirwe+.