Abaheburayo 5:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo ibifungurwa bigumye ni ivy’abantu bahumuye, abo ububasha bwabo bwo gutegera+ bumenyerezwa gutandukanya iciza n’ikibi+, biciye ku gukoreshwa.
14 Mugabo ibifungurwa bigumye ni ivy’abantu bahumuye, abo ububasha bwabo bwo gutegera+ bumenyerezwa gutandukanya iciza n’ikibi+, biciye ku gukoreshwa.