Abaheburayo 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko vyari bibereye kuri wa wundi ibintu vyose biriho ku bwiwe+ kandi ibintu vyose bikaba biriho biciye kuri we, mu kuzana abana benshi ku buninahazwa+, yuko atunganya ya Mboneza+ y’ubukiriro bwabo biciye ku mibabaro+. Abaheburayo 5:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 kandi aho amariye kugirwa uwutagira akanenge+, yacitse uwujejwe ubukiriro budahera+ ku bamugamburukira bose+,
10 Kuko vyari bibereye kuri wa wundi ibintu vyose biriho ku bwiwe+ kandi ibintu vyose bikaba biriho biciye kuri we, mu kuzana abana benshi ku buninahazwa+, yuko atunganya ya Mboneza+ y’ubukiriro bwabo biciye ku mibabaro+.
9 kandi aho amariye kugirwa uwutagira akanenge+, yacitse uwujejwe ubukiriro budahera+ ku bamugamburukira bose+,