Yesaya 28:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Raba! Yehova arafise umuntu akomeye kandi yuzuye ingoga+. Nka kurya kw’ikirura gituragara c’urubura+, ikirura gitema kigatongora, nka kurya kw’ikirura gituragara c’amazi akomeye+, asegenyuka, ntazobura guta hasi n’inguvu.
2 Raba! Yehova arafise umuntu akomeye kandi yuzuye ingoga+. Nka kurya kw’ikirura gituragara c’urubura+, ikirura gitema kigatongora, nka kurya kw’ikirura gituragara c’amazi akomeye+, asegenyuka, ntazobura guta hasi n’inguvu.