Abaroma 5:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Yamara rero, urupfu rwaraganje kuva kuri Adamu gushika kuri Musa+, mbere no ku batari barakoze igicumuro gisa n’ukugabitanya kwa Adamu+, ari we asa n’umwe yabwirizwa kuza+.
14 Yamara rero, urupfu rwaraganje kuva kuri Adamu gushika kuri Musa+, mbere no ku batari barakoze igicumuro gisa n’ukugabitanya kwa Adamu+, ari we asa n’umwe yabwirizwa kuza+.