2 Abami 21:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ni co gituma ibi ari vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Ehe ngira nzane ivyago kuri Yeruzalemu+ na Yuda, uwuzovyumva wese amatwi yiwe yompi akaba azovugiramwo iminzerere+. Yeremiya 19:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Uvuge uti: ‘Nimwumve ijambo rya Yehova, yemwe bami ba Yuda namwe ababa i Yeruzalemu+. Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo+, Imana ya Isirayeli, avuze: “‘“Ehe ngira nzane ivyago aha hantu, uwuzovyumva wese amatwi yiwe akaba azovugiramwo iminzerere+; Habakuki 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Naravyumvise, mu nda yanje haradobangana; ijwi ryaravuze iminwa yanje ica iradegedwa; ububore bwaciye butangura kwinjira mu magufa yanje+; nuko mpinda agashitsi muri ivyo bintu narimwo, kugira ndindire umusi w’amarushwa+ ntekanye, igihe uzodugira abantu+ kugira ubatere.
12 Ni co gituma ibi ari vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Ehe ngira nzane ivyago kuri Yeruzalemu+ na Yuda, uwuzovyumva wese amatwi yiwe yompi akaba azovugiramwo iminzerere+.
3 Uvuge uti: ‘Nimwumve ijambo rya Yehova, yemwe bami ba Yuda namwe ababa i Yeruzalemu+. Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo+, Imana ya Isirayeli, avuze: “‘“Ehe ngira nzane ivyago aha hantu, uwuzovyumva wese amatwi yiwe akaba azovugiramwo iminzerere+;
16 Naravyumvise, mu nda yanje haradobangana; ijwi ryaravuze iminwa yanje ica iradegedwa; ububore bwaciye butangura kwinjira mu magufa yanje+; nuko mpinda agashitsi muri ivyo bintu narimwo, kugira ndindire umusi w’amarushwa+ ntekanye, igihe uzodugira abantu+ kugira ubatere.