44 Yamara no kuri ivyo vyose, mu gihe bazoba bari mu gihugu c’abansi babo, sinzogenda ndabataye+ canke ngo ndabazinukwe+ ku buryo ndabatikiza, ngo ndenge kw’isezerano ryanje+ nagiranye na bo; kuko ndi Yehova Imana yabo.
20 Kuri uwo musi, abazoba basigaye ba Isirayeli+ be n’abacitse kw’icumu b’inzu ya Yakobo ntibazokwongera kwishimikiza uwubakubita+, ariko bazokwishimikiza Yehova, wa Mweranda wa Isirayeli+, mu kuri+.