Zaburi 40:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Wewe ubwawe wakoze ibintu vyinshi+,Ewe Yehova Mana yanje, mbere n’ibikorwa vy’agatangaza vyawe n’ivyiyumviro udufiseko+;Nta n’umwe ariho yogereranywa nawe+.Hamwe norondera kubivuga no kubiyaga,Ni vyinshi kuruta ivyo nodonda+. Yeremiya 32:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 wewe uhambaye mu mpanuro+ kandi ugwije ibikorwa+, wewe ugumiza amaso ku nzira zose z’abana b’abantu+, kugira ngo uhe umwe wese nk’uko inzira ziwe ziri kandi nk’uko ivyamwa vy’ibikorwa vyiwe biri+; Abaroma 11:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Ewe bwimbike bw’ubutunzi+ n’ubukerebutsi+ n’ubumenyi+ vy’Imana! Ese ukuntu imanza zayo zidaserangurika+ be n’ukuntu inzira zayo ata wushobora kuzitora!
5 Wewe ubwawe wakoze ibintu vyinshi+,Ewe Yehova Mana yanje, mbere n’ibikorwa vy’agatangaza vyawe n’ivyiyumviro udufiseko+;Nta n’umwe ariho yogereranywa nawe+.Hamwe norondera kubivuga no kubiyaga,Ni vyinshi kuruta ivyo nodonda+.
19 wewe uhambaye mu mpanuro+ kandi ugwije ibikorwa+, wewe ugumiza amaso ku nzira zose z’abana b’abantu+, kugira ngo uhe umwe wese nk’uko inzira ziwe ziri kandi nk’uko ivyamwa vy’ibikorwa vyiwe biri+;
33 Ewe bwimbike bw’ubutunzi+ n’ubukerebutsi+ n’ubumenyi+ vy’Imana! Ese ukuntu imanza zayo zidaserangurika+ be n’ukuntu inzira zayo ata wushobora kuzitora!