Yesaya 28:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kuko Yehova azohaguruka nko ku musozi Perazimu+, azohagarika umutima nko muri ca kiyaya co hasi hafi ya Gibeyoni+, kugira ngo yikorere ikintu—ikintu yikorera ni agatangaza—no kugira ngo akore igikorwa ciwe—igikorwa ciwe si igisanzwe+. Habakuki 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Nimurabe mu mahanga, mwitegereze, murabane mwumiwe+. Nimwumirwe; kuko mu misi yanyu hagira hakorwe igikorwa mutazokwemera naho mwoba muciganiwe+.
21 Kuko Yehova azohaguruka nko ku musozi Perazimu+, azohagarika umutima nko muri ca kiyaya co hasi hafi ya Gibeyoni+, kugira ngo yikorere ikintu—ikintu yikorera ni agatangaza—no kugira ngo akore igikorwa ciwe—igikorwa ciwe si igisanzwe+.
5 “Nimurabe mu mahanga, mwitegereze, murabane mwumiwe+. Nimwumirwe; kuko mu misi yanyu hagira hakorwe igikorwa mutazokwemera naho mwoba muciganiwe+.