Yeremiya 18:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “‘Mbega sinshoboye kubagirira nk’uwu mubumvyi, ga yewe nzu ya Isirayeli?’, ni ko Yehova avuze. ‘Raba, nka kurya kw’ibumba mu kuboko kw’umubumvyi, ni ko muri mu kuboko kwanje, ewe nzu ya Isirayeli+!
6 “‘Mbega sinshoboye kubagirira nk’uwu mubumvyi, ga yewe nzu ya Isirayeli?’, ni ko Yehova avuze. ‘Raba, nka kurya kw’ibumba mu kuboko kw’umubumvyi, ni ko muri mu kuboko kwanje, ewe nzu ya Isirayeli+!