Yesaya 32:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 gushika dusutsweko impwemu ivuye iyo hejuru+, n’agahinga kakazoba kacitse umurima w’ivyamwa, na nya murima w’ivyamwa ugafatwa nk’ikibira nyaco+.
15 gushika dusutsweko impwemu ivuye iyo hejuru+, n’agahinga kakazoba kacitse umurima w’ivyamwa, na nya murima w’ivyamwa ugafatwa nk’ikibira nyaco+.