Nehemiya 9:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Uri Yehova Imana y’ukuri yatoye Aburamu+ ikamukura i Uri h’Abakaludaya+ maze izina ryiwe ikarigira Aburahamu+. Mika 7:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Uzotanga kwa kuri kwahabwa Yakobo, bwa buntu bwuzuye urukundo bwahabwa Aburahamu, ivyo warahiye ba sogokuruza bacu kuva mu misi ya kera+.
7 Uri Yehova Imana y’ukuri yatoye Aburamu+ ikamukura i Uri h’Abakaludaya+ maze izina ryiwe ikarigira Aburahamu+.
20 Uzotanga kwa kuri kwahabwa Yakobo, bwa buntu bwuzuye urukundo bwahabwa Aburahamu, ivyo warahiye ba sogokuruza bacu kuva mu misi ya kera+.