Yoweli 2:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kandi muzobwirizwa kumenya yuko ndi hagati muri Isirayeli+, be n’uko jewe ndi Yehova Imana yanyu kandi ko ata wundi ariho+. Kandi abantu banje ntaho bazomaramara, gushika igihe kitagira urugero.
27 Kandi muzobwirizwa kumenya yuko ndi hagati muri Isirayeli+, be n’uko jewe ndi Yehova Imana yanyu kandi ko ata wundi ariho+. Kandi abantu banje ntaho bazomaramara, gushika igihe kitagira urugero.