Yesaya 20:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kandi bazotekerwa n’ubwoba bamaramare kubera Etiyopiya yo cizigiro bari bahanze amaso+, no kubera Misiri ubwiza bwabo+. Yeremiya 37:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Ibi abe ari vyo mubwira umwami wa Yuda abatumye kuri jewe kunsiguza+, muti: “Ehe, inteko za gisirikare za Farawo zije kuri mwebwe kugira zibafashe zizobwirizwa gusubira mu gihugu cazo, ari co Misiri+.
5 Kandi bazotekerwa n’ubwoba bamaramare kubera Etiyopiya yo cizigiro bari bahanze amaso+, no kubera Misiri ubwiza bwabo+.
7 “Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Ibi abe ari vyo mubwira umwami wa Yuda abatumye kuri jewe kunsiguza+, muti: “Ehe, inteko za gisirikare za Farawo zije kuri mwebwe kugira zibafashe zizobwirizwa gusubira mu gihugu cazo, ari co Misiri+.