ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 99:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Mu nkomezi z’umwami, yakunze ubutungane+.

      Ni wewe washimangiye ukugororoka+.

      Uguca imanza be n’ubugororotsi muri Yakobo, ni vyo washikije+.

  • Yeremiya 10:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Nunkosore, ewe Yehova, ariko ukoresheje ubutungane+; ntubigirane ishavu+, kugira ngo ntunzimanganye+.

  • Abaroma 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ubu turazi yuko urubanza rw’Imana, nk’uko ukuri kuri+, ruri ku baza barakora mwene ivyo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika