Abalewi 26:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ninamara kubavunira inkoni zitungirwako imikate imeze nk’ikigōmbo+, abagore cumi bazokwotsa koko umukate wanyu mw’ifuru imwe itarenga, bawubagarukanire ku gipimo+; kandi kurya muzorya mugabo ntimuzohaga+. Zaburi 80:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Wabagaburiye umukate w’amosozi+,Kandi uguma ubanywesha amosozi ku bwinshi+.
26 Ninamara kubavunira inkoni zitungirwako imikate imeze nk’ikigōmbo+, abagore cumi bazokwotsa koko umukate wanyu mw’ifuru imwe itarenga, bawubagarukanire ku gipimo+; kandi kurya muzorya mugabo ntimuzohaga+.