Yesaya 8:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 abandanye aciye muri Yuda. Azoshwara arengane+. Azoshika no kw’izosi+. Kandi azosanza amababa+ ngo yuzure ubwaguke bw’igihugu cawe, ewe Emanweli+!”
8 abandanye aciye muri Yuda. Azoshwara arengane+. Azoshika no kw’izosi+. Kandi azosanza amababa+ ngo yuzure ubwaguke bw’igihugu cawe, ewe Emanweli+!”