Amosi 9:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 ‘Kuko ehe ndatanze itegeko; nzonyiganza inzu ya Isirayeli mu mahanga yose+, nk’uko umuntu anyiganza ikiyunguruzo, ku buryo hatagira n’akabuye kagwa hasi.
9 ‘Kuko ehe ndatanze itegeko; nzonyiganza inzu ya Isirayeli mu mahanga yose+, nk’uko umuntu anyiganza ikiyunguruzo, ku buryo hatagira n’akabuye kagwa hasi.