2 Abami 19:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Kuko ukunshavurira kwawe+ n’ukuroha kwawe vyaduze bigashika mu matwi yanje+. Ata gukeka nzoshira ingobe yanje mu zuru ryawe n’imijiginya hagati y’iminwa yawe+,Nzogusubiza inyuma koko ngucishije mu nzira wazananye+.” Zaburi 32:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ntimwigire nk’ifarasi canke inyumpu bitagira ubwenge+,Bimwe amanyama yavyo abwirizwa kugundishwa imijiginya canke ibiziriko+Muko biheza bikakwegera+.”
28 Kuko ukunshavurira kwawe+ n’ukuroha kwawe vyaduze bigashika mu matwi yanje+. Ata gukeka nzoshira ingobe yanje mu zuru ryawe n’imijiginya hagati y’iminwa yawe+,Nzogusubiza inyuma koko ngucishije mu nzira wazananye+.”
9 Ntimwigire nk’ifarasi canke inyumpu bitagira ubwenge+,Bimwe amanyama yavyo abwirizwa kugundishwa imijiginya canke ibiziriko+Muko biheza bikakwegera+.”