11 ni ko n’ijambo ryanje riva mu kanwa kanje rizomera+. Ntirizogaruka kuri jewe hatagize ikivamwo+, mugabo rizokora koko icampimbaye+, kandi ata kabuza rizororanirwa mu co naritumye+.
29 “‘Iki ni co kizobabera ikimenyetso+,’ ni ko Yehova avuze, ‘yuko nzokwitaho ivyanyu aha hantu, kugira mumenye yuko amajambo yanje azobarangukirako ata kabuza, mugashikirwa n’ivyago+: