1 Abami 21:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Hanyuma mwicarike imbere yiwe abagabo babiri+, abantu b’imburakimazi+, maze bashinge intahe imwagiriza+ bati: ‘Wavumye Imana n’umwami+!’ Muheze mumusohore, mumutere amabuye kugira apfe+.” Ivyakozwe 6:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Maze bosha abagabo mu mpisho kuvuga+ bati: “Twamwumvise avuga amajambo y’amarogotano+ kuri Musa no ku Mana.”
10 Hanyuma mwicarike imbere yiwe abagabo babiri+, abantu b’imburakimazi+, maze bashinge intahe imwagiriza+ bati: ‘Wavumye Imana n’umwami+!’ Muheze mumusohore, mumutere amabuye kugira apfe+.”
11 Maze bosha abagabo mu mpisho kuvuga+ bati: “Twamwumvise avuga amajambo y’amarogotano+ kuri Musa no ku Mana.”