Yesaya 30:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kandi inka n’indogobwa zikuze zirima ubutaka, bizorya indya z’ibitungwa zirunze umufumbegeti, zagosojwe ikiyozo+ n’ikanya.
24 Kandi inka n’indogobwa zikuze zirima ubutaka, bizorya indya z’ibitungwa zirunze umufumbegeti, zagosojwe ikiyozo+ n’ikanya.