Ivyahishuwe 14:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Maze uwundi mumarayika asokoroka aheranda h’urusengero, asemerera n’ijwi rirenga abwira umwe yicaye ku gicu ati: “Rungika agakero kawe ushwabure+, kuko isaha yo gushwabura ishitse, kuko ivyimburwa+ vy’isi vyeze neza+.” Ivyahishuwe 19:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kandi mu kanwa kiwe hasokoroka inkota ndende ikarishe+, kugira ngo ayikubite amahanga, kandi azoyaragiza inkoni y’icuma+. Aganisha ibirenge kandi muri rwa ruganiro rw’umuvinyu+ rw’ishavu ry’uburake bw’Imana+ Mushoboravyose.
15 Maze uwundi mumarayika asokoroka aheranda h’urusengero, asemerera n’ijwi rirenga abwira umwe yicaye ku gicu ati: “Rungika agakero kawe ushwabure+, kuko isaha yo gushwabura ishitse, kuko ivyimburwa+ vy’isi vyeze neza+.”
15 Kandi mu kanwa kiwe hasokoroka inkota ndende ikarishe+, kugira ngo ayikubite amahanga, kandi azoyaragiza inkoni y’icuma+. Aganisha ibirenge kandi muri rwa ruganiro rw’umuvinyu+ rw’ishavu ry’uburake bw’Imana+ Mushoboravyose.