Yesaya 13:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko inyenyeri zo mu majuru n’uturundo twazo twa Kesili+ bitazoravya umuco wavyo; izuba rizocura umwiza koko rigiseruka, n’ukwezi ntikuzokayanganisha umuco wakwo. Obadiya 4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Naho woshira ikibanza cawe hejuru nk’inkona, canke naho woshira icari cawe mu nyenyeri, nokumanurayo+,” ni ko Yehova avuze. Obadiya 8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mbega ntihazoba ari kuri uwo musi?”, ni ko Yehova avuze. “Nzorandura koko inkerebutsi muri Edomu+, ndandure ugutahura mu karere k’imisozi ka Esawu.
10 Kuko inyenyeri zo mu majuru n’uturundo twazo twa Kesili+ bitazoravya umuco wavyo; izuba rizocura umwiza koko rigiseruka, n’ukwezi ntikuzokayanganisha umuco wakwo.
4 Naho woshira ikibanza cawe hejuru nk’inkona, canke naho woshira icari cawe mu nyenyeri, nokumanurayo+,” ni ko Yehova avuze.
8 Mbega ntihazoba ari kuri uwo musi?”, ni ko Yehova avuze. “Nzorandura koko inkerebutsi muri Edomu+, ndandure ugutahura mu karere k’imisozi ka Esawu.