Abalewi 17:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ntibakwiye rero kwongera gushikanira ibimazi vyabo ya madayimoni* asa n’impene+, ayo bashurashurana+. Ico kizobabera icagezwe gushika igihe kitagira urugero, mu mayaruka yanyu yose.”’ 2 Ngoma 11:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mugabo atangura kwishiriraho abaherezi ku bw’ibibanza bikirurutse+ no ku bw’amadayimoni* asa n’impene+ no ku bw’inyana yari yarakoze+.
7 Ntibakwiye rero kwongera gushikanira ibimazi vyabo ya madayimoni* asa n’impene+, ayo bashurashurana+. Ico kizobabera icagezwe gushika igihe kitagira urugero, mu mayaruka yanyu yose.”’
15 Mugabo atangura kwishiriraho abaherezi ku bw’ibibanza bikirurutse+ no ku bw’amadayimoni* asa n’impene+ no ku bw’inyana yari yarakoze+.