2 Abami 18:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Ntimwumvirize Hezekiya; kuko umwami wa Ashuri avuze ati: “Nimwiyoroshe imbere yanje, musohoke muze aho ndi, maze umwe wese arye ku muzabibu wiwe kandi umwe wese arye ku giti c’umusukoni+ ciwe kandi umwe wese anywe amazi yo mw’itangi+ ryiwe,
31 Ntimwumvirize Hezekiya; kuko umwami wa Ashuri avuze ati: “Nimwiyoroshe imbere yanje, musohoke muze aho ndi, maze umwe wese arye ku muzabibu wiwe kandi umwe wese arye ku giti c’umusukoni+ ciwe kandi umwe wese anywe amazi yo mw’itangi+ ryiwe,