-
2 Abami 18:32Bibiliya y’isi nshasha
-
-
32 gushika nje nkabatwara koko mu gihugu kimeze nk’igihugu canyu+, igihugu c’intete n’umuvinyu mushasha, igihugu c’umukate+ n’imirima y’imizabibu+, igihugu c’ibiti vy’imyelayo vy’amavuta n’igihugu c’ubuki+; mubone kubandanya kubaho, ntimupfe. Ntimwumvirize Hezekiya, kuko abahendahenda ngo: ‘Yehova ubwiwe azoturokora+.’
-