2 Samweli 8:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko Toyi umwami wa Hamati+ yumva ko Dawidi yari yasasitse inteko za gisirikare zose za Hadadezeri+. 2 Abami 19:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ari hehe umwami wa Hamati+ n’umwami wa Arupadi+ n’umwami w’ibisagara vya Sefaruvayimu, Hena na Iva+?’”
9 Nuko Toyi umwami wa Hamati+ yumva ko Dawidi yari yasasitse inteko za gisirikare zose za Hadadezeri+.
13 Ari hehe umwami wa Hamati+ n’umwami wa Arupadi+ n’umwami w’ibisagara vya Sefaruvayimu, Hena na Iva+?’”