2 Abami 18:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Mugabo Eliyakimu+ mwene Hilikiya, uwagaba urugo, na Shebuna+ umunyamabanga, na Yowa+ mwene Asafu umukarani, baza aho Hezekiya ari batantamuye impuzu zabo+ baraheza bamwiganira amajambo ya Rabushake.
37 Mugabo Eliyakimu+ mwene Hilikiya, uwagaba urugo, na Shebuna+ umunyamabanga, na Yowa+ mwene Asafu umukarani, baza aho Hezekiya ari batantamuye impuzu zabo+ baraheza bamwiganira amajambo ya Rabushake.