2 Abami 18:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Imana za Hamati+ na Arupadi+ ziri hehe? Imana za Sefaruvayimu+ na Hena+ na Iva+ ziri hehe? Zoba zararokoye Samariya mu kuboko kwanje+?
34 Imana za Hamati+ na Arupadi+ ziri hehe? Imana za Sefaruvayimu+ na Hena+ na Iva+ ziri hehe? Zoba zararokoye Samariya mu kuboko kwanje+?