2 Ngoma 16:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko Yehova amaso yiwe+ anyuragira mw’isi yose+ kugira ngo yerekane inkomezi ziwe ku bw’abafise umutima+ ukwiye kuri we. Wakoze ivy’ubupfu+ muri ivyo, kuko kuva ubu hazobaho intambara zo kukurwanya+.” Yobu 36:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ntizokura amaso yayo ku mugororotsi+;Mbere n’abami bari ku ntebe y’ubwami+,Na bo nyene izobavyagiza ibihe bidahera, bashirwe hejuru. 1 Petero 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kuko amaso+ ya Yehova ari ku bagororotsi, n’amatwi yiwe akaba ku gutakamba kwabo+; mugabo amaso ya Yehova arwanya abakora ibintu bibi+.”
9 Kuko Yehova amaso yiwe+ anyuragira mw’isi yose+ kugira ngo yerekane inkomezi ziwe ku bw’abafise umutima+ ukwiye kuri we. Wakoze ivy’ubupfu+ muri ivyo, kuko kuva ubu hazobaho intambara zo kukurwanya+.”
7 Ntizokura amaso yayo ku mugororotsi+;Mbere n’abami bari ku ntebe y’ubwami+,Na bo nyene izobavyagiza ibihe bidahera, bashirwe hejuru.
12 Kuko amaso+ ya Yehova ari ku bagororotsi, n’amatwi yiwe akaba ku gutakamba kwabo+; mugabo amaso ya Yehova arwanya abakora ibintu bibi+.”