2 Abami 19:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 “‘Ni co gituma Yehova avuze ku vyerekeye umwami wa Ashuri+ ati: “Ntazokwinjira muri iki gisagara+ canke ngo aharase umwampi+ canke ngo ahahange n’inkinzo canke ngo aharundire igikuta co kuhasugereza+.
32 “‘Ni co gituma Yehova avuze ku vyerekeye umwami wa Ashuri+ ati: “Ntazokwinjira muri iki gisagara+ canke ngo aharase umwampi+ canke ngo ahahange n’inkinzo canke ngo aharundire igikuta co kuhasugereza+.