2 Abami 19:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ehe ngira nshire impwemu+ muri we, kandi azokwumva inkuru+ maze asubire mu gihugu ciwe; kandi nzotuma koko agwishwa n’inkota mu gihugu ciwe+.”’” 2 Abami 19:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Kuko ukunshavurira kwawe+ n’ukuroha kwawe vyaduze bigashika mu matwi yanje+. Ata gukeka nzoshira ingobe yanje mu zuru ryawe n’imijiginya hagati y’iminwa yawe+,Nzogusubiza inyuma koko ngucishije mu nzira wazananye+.”
7 Ehe ngira nshire impwemu+ muri we, kandi azokwumva inkuru+ maze asubire mu gihugu ciwe; kandi nzotuma koko agwishwa n’inkota mu gihugu ciwe+.”’”
28 Kuko ukunshavurira kwawe+ n’ukuroha kwawe vyaduze bigashika mu matwi yanje+. Ata gukeka nzoshira ingobe yanje mu zuru ryawe n’imijiginya hagati y’iminwa yawe+,Nzogusubiza inyuma koko ngucishije mu nzira wazananye+.”