Ezira 4:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 baca begera Zerubabeli+ n’abakuru+ b’amazu ya ba sekuru, bababwira bati: “Dufadikanye namwe kwubaka+; kuko turondera Imana yanyu+ cokimwe namwe, kandi turayishikanira ibimazi kuva mu misi ya Esari-hadoni+ umwami wa Ashuri, uwatuzanye ng’aha+.”
2 baca begera Zerubabeli+ n’abakuru+ b’amazu ya ba sekuru, bababwira bati: “Dufadikanye namwe kwubaka+; kuko turondera Imana yanyu+ cokimwe namwe, kandi turayishikanira ibimazi kuva mu misi ya Esari-hadoni+ umwami wa Ashuri, uwatuzanye ng’aha+.”