2 Abami 19:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Nzorwanira+ koko iki gisagara kugira ngo ndagikize ku bwanje+ no ku bwa Dawidi umusavyi wanje+.”’” 2 Ngoma 32:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Gutyo Yehova akiza Hezekiya n’ababa i Yeruzalemu abakuye mu kuboko kwa Senakeribu umwami wa Ashuri+ no mu kuboko kw’abandi bose, hanyuma abaha akaruhuko impande zose+.
34 Nzorwanira+ koko iki gisagara kugira ngo ndagikize ku bwanje+ no ku bwa Dawidi umusavyi wanje+.”’”
22 Gutyo Yehova akiza Hezekiya n’ababa i Yeruzalemu abakuye mu kuboko kwa Senakeribu umwami wa Ashuri+ no mu kuboko kw’abandi bose, hanyuma abaha akaruhuko impande zose+.