Zaburi 39:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 None ico nizigiye ni igiki, ewe Yehova?Ni wewe niteze+. Zaburi 119:82 Bibiliya y’isi nshasha 82 Amaso yanje agwabijwe no kwipfuza ijambo ryawe+,Nanje nkavuga nti: “Uzompoza ryari+?”