Yesaya 43:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 “Jewe—ni jewe mpanagura+ ibigabitanyo+ vyawe ku bwanje+, kandi ibicumuro vyawe sinzovyibuka+. Mika 7:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ni iyihe Mana imeze nkawe+, iharira ikosa ikirengagiza ukugabitanya+ kw’amasigarira y’intoranwa yayo+? Ntuzogumana ishavu ibihe bidahera, kuko uhimbarwa n’ubuntu bwuzuye urukundo+. Abaroma 4:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 hahiriwe umuntu igicumuro ciwe Yehova atazogenda agiharuye+.”
18 Ni iyihe Mana imeze nkawe+, iharira ikosa ikirengagiza ukugabitanya+ kw’amasigarira y’intoranwa yayo+? Ntuzogumana ishavu ibihe bidahera, kuko uhimbarwa n’ubuntu bwuzuye urukundo+.