2 Abami 20:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Yesaya abandanya kuvuga ati: “Babonye iki mu nzu yawe?” Hezekiya aca avuga ati: “Babonye ikintu cose kiri mu nzu yanje. Nta na kimwe ntaberetse mu matunga yanje+.”
15 Yesaya abandanya kuvuga ati: “Babonye iki mu nzu yawe?” Hezekiya aca avuga ati: “Babonye ikintu cose kiri mu nzu yanje. Nta na kimwe ntaberetse mu matunga yanje+.”