Abalewi 10:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Maze Musa abarira Aroni ati: “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Mu bo hafi yanje+ ninēzwe+, kandi mu maso y’abantu bose nininahazwe+.’” Aroni na we aguma acereje. Zaburi 39:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nagumye ndi nk’ikiragi+; sinashoboye gukurako umunwa+,Kuko wewe ubwawe wagize ico ukoze+. 1 Petero 5:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mwicishe bugufi rero munsi y’ukuboko kw’ububasha kw’Imana, kugira ngo ibashire hejuru igihe kigeze+;
3 Maze Musa abarira Aroni ati: “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Mu bo hafi yanje+ ninēzwe+, kandi mu maso y’abantu bose nininahazwe+.’” Aroni na we aguma acereje.
6 Mwicishe bugufi rero munsi y’ukuboko kw’ububasha kw’Imana, kugira ngo ibashire hejuru igihe kigeze+;