Itanguriro 33:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mugabo amubwira ati: “Umukama wanje arazi ko abana batagira intege be n’uko njejwe intama n’inka vyonsa+; nibabiyobora gihutihuti mu musi umwe, umukuku wose rero urapfa ata kabuza+. Yohani 10:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ni jewe mwungere w’agahebuza, kandi ndazi intama+ zanje, n’intama zanje ziranzi+, Yohani 10:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Kandi ndafise izindi ntama+ zitari izo muri uru ruhongore+; izo na zo nyene ntegerezwa kuzizana, kandi zizokwumviriza ijwi ryanje+, kandi zizocika ubusho bumwe, zigire umwungere umwe+. 1 Petero 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Muragire+ ubusho bw’Imana+ mujejwe, mutagoberewe, ahubwo mubikunze+; mutabitumwe n’ugukunda inyungu mbi+, ahubwo mubishashaye;
13 Mugabo amubwira ati: “Umukama wanje arazi ko abana batagira intege be n’uko njejwe intama n’inka vyonsa+; nibabiyobora gihutihuti mu musi umwe, umukuku wose rero urapfa ata kabuza+.
16 “Kandi ndafise izindi ntama+ zitari izo muri uru ruhongore+; izo na zo nyene ntegerezwa kuzizana, kandi zizokwumviriza ijwi ryanje+, kandi zizocika ubusho bumwe, zigire umwungere umwe+.
2 Muragire+ ubusho bw’Imana+ mujejwe, mutagoberewe, ahubwo mubikunze+; mutabitumwe n’ugukunda inyungu mbi+, ahubwo mubishashaye;