Zaburi 8:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Iyo mbonye amajuru yawe, ibikorwa vy’intoke zawe+,Ukwezi n’inyenyeri wateguye+, Zaburi 102:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kera washinze imishinge y’isi+,Kandi amajuru ni igikorwa c’amaboko yawe+.
3 Iyo mbonye amajuru yawe, ibikorwa vy’intoke zawe+,Ukwezi n’inyenyeri wateguye+, Zaburi 102:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kera washinze imishinge y’isi+,Kandi amajuru ni igikorwa c’amaboko yawe+.