Yesaya 46:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Bayitwara ku rutugu+, bakayikorera bakayitereka mu kibanza cayo ngo ihagarare idakakaza+. Ntiva aho ihagaze. Umuntu mbere arasemerera ayibwira, mugabo ntiyishura; ntikiza umuntu amarushwa yiwe+. Yeremiya 10:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Bimeze nk’igikanganyoni co mu murima w’amakonkombure, ntibishobora kuvuga+. Ntibabura kubirerura, kuko bidashobora gutera intambwe+. Ntutinye kubera vyo, kuko ata kibi bishobora gukora, kandi nta n’iciza bishobora gukora+.”
7 Bayitwara ku rutugu+, bakayikorera bakayitereka mu kibanza cayo ngo ihagarare idakakaza+. Ntiva aho ihagaze. Umuntu mbere arasemerera ayibwira, mugabo ntiyishura; ntikiza umuntu amarushwa yiwe+.
5 Bimeze nk’igikanganyoni co mu murima w’amakonkombure, ntibishobora kuvuga+. Ntibabura kubirerura, kuko bidashobora gutera intambwe+. Ntutinye kubera vyo, kuko ata kibi bishobora gukora, kandi nta n’iciza bishobora gukora+.”