2 Ngoma 26:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ibisigaye mu vya Uziya+, ivya mbere n’ivya nyuma, Yesaya+ mwene Amozi+, umuhanuzi, yaravyanditse. Yesaya 6:1 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ariko jewe, mu mwaka Umwami Uziya yapfa+, mbona Yehova+ yicaye ku ntebe y’ubwami+ ikirurutse kandi ishizwe hejuru, kandi impuzu yiwe* yari yuzuye urusengero+.
6 Ariko jewe, mu mwaka Umwami Uziya yapfa+, mbona Yehova+ yicaye ku ntebe y’ubwami+ ikirurutse kandi ishizwe hejuru, kandi impuzu yiwe* yari yuzuye urusengero+.